2 Samweli 12:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Naguhaye ivyari ivya shobuja+, ndaguha n’abagore biwe+. Naguhaye kandi kuganza umuryango wa Yuda n’iyindi miryango ya Isirayeli+. Iyo biba bidahagije, nari kukwongera n’ibindi+.
8 Naguhaye ivyari ivya shobuja+, ndaguha n’abagore biwe+. Naguhaye kandi kuganza umuryango wa Yuda n’iyindi miryango ya Isirayeli+. Iyo biba bidahagije, nari kukwongera n’ibindi+.