2 Samweli 12:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Dawidi atakambira Imana y’ukuri asabira uwo muhungu. Atangura kwisonzesha cane. Atashe iwe, yarara hasi+.
16 Dawidi atakambira Imana y’ukuri asabira uwo muhungu. Atangura kwisonzesha cane. Atashe iwe, yarara hasi+.