-
2 Samweli 12:18Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
18 Ku musi ugira indwi, wa mwana arapfa. Ariko abasuku ba Dawidi batinya kumubwira yuko yapfuye kuko bibwira bati: «Umwana akiri muzima twaramuvugisha, ntatwumvirize. None nitwamubwira ko yapfuye, ntahava akora ikintu kibi?»
-