2 Samweli 12:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Nuko Dawidi ava hasi aroga, yisiga amavuta+, ahindura n’impuzu. Maze aja kw’ihema*+ rya Yehova, arasenga. Mu nyuma aja iwe*, asaba ko bamuha ibifungurwa araheza arafungura.
20 Nuko Dawidi ava hasi aroga, yisiga amavuta+, ahindura n’impuzu. Maze aja kw’ihema*+ rya Yehova, arasenga. Mu nyuma aja iwe*, asaba ko bamuha ibifungurwa araheza arafungura.