2 Samweli 12:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Yowabu abandanya kurwanya ca gisagara c’Abamoni+ citwa Raba+, maze afata igice umwami yabamwo*+.