2 Samweli 12:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Yowabu rero arungika intumwa kwa Dawidi, amubwira ati: «Narwanije igisagara ca Raba+ kandi nafashe igisagara c’amazi*.
27 Yowabu rero arungika intumwa kwa Dawidi, amubwira ati: «Narwanije igisagara ca Raba+ kandi nafashe igisagara c’amazi*.