2 Samweli 13:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Amubwira rero ati: «Kubera iki wama uvyukana umubabaro kandi uri umwana w’umwami? Aho ntiwombwira ikibitera?» Amunoni amwishura ati: «Ndi mu guhwera kubera Tamari mushiki+ wa Abusalomu mwenewacu.»
4 Amubwira rero ati: «Kubera iki wama uvyukana umubabaro kandi uri umwana w’umwami? Aho ntiwombwira ikibitera?» Amunoni amwishura ati: «Ndi mu guhwera kubera Tamari mushiki+ wa Abusalomu mwenewacu.»