2 Samweli 13:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Dawidi aca arungika uwuja kubwira Tamari aho yari ari muhira ati: «Ndagusavye uje kwa musazāwe Amunoni, umuronderere utwo kurya*.»
7 Dawidi aca arungika uwuja kubwira Tamari aho yari ari muhira ati: «Ndagusavye uje kwa musazāwe Amunoni, umuronderere utwo kurya*.»