2 Samweli 13:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Abusalomu nta na kimwe yavugana na Amunoni, caba kibi canke ciza. Yaramwanka+ kubera yakoreye ibiteye isoni mushikiwe Tamari+.
22 Abusalomu nta na kimwe yavugana na Amunoni, caba kibi canke ciza. Yaramwanka+ kubera yakoreye ibiteye isoni mushikiwe Tamari+.