-
2 Samweli 13:24Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
24 Abusalomu rero aja kuraba umwami, amubwira ati: «Mwami wanje, hari abantu bariko baramwa ubwoya bw’intama zanje. Ndagusavye uze tujane mwe n’abasuku bawe.»
-