2 Samweli 13:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Abusalomu we yari yahunze, aja kwa Talimayi+ mwene Amihudi akaba n’umwami wa Geshuri. Maze Dawidi amara imisi myinshi aririra umuhungu wiwe.
37 Abusalomu we yari yahunze, aja kwa Talimayi+ mwene Amihudi akaba n’umwami wa Geshuri. Maze Dawidi amara imisi myinshi aririra umuhungu wiwe.