2 Samweli 13:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Amaherezo umwami Dawidi yipfuza cane kuja kuraba Abusalomu kuko yari amaze gukira umubabaro w’urupfu* rwa Amunoni.
39 Amaherezo umwami Dawidi yipfuza cane kuja kuraba Abusalomu kuko yari amaze gukira umubabaro w’urupfu* rwa Amunoni.