-
2 Samweli 14:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 None ubu databuja, umuryango wose wampagurukiye. Baguma bambwira ngo: “Zana uwishe mwenewabo. Dutegerezwa kumwica naho ata samuragwa azoba agisigaye, kubera ko na we yishe uwo bavukana+.” Nibamwica bazoba bazimije agakara nari nsigaranye*. Izina ry’umugabo wanje rizoba rizimanganye kandi nta wumukomokako azoba agisigaye kw’isi.»
-