2 Samweli 14:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Uwo mugore w’i Tekowa aca abwira umwami ati: «Mwami wanje, ikosa ry’umwana wanje niriharurwe kuri jewe n’umuryango wa dawe. Ariko wewe n’ubwami* bwawe ntiribāgīre.»
9 Uwo mugore w’i Tekowa aca abwira umwami ati: «Mwami wanje, ikosa ry’umwana wanje niriharurwe kuri jewe n’umuryango wa dawe. Ariko wewe n’ubwami* bwawe ntiribāgīre.»