2 Samweli 14:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Nya mugore aca avuga ati: «Kubera iki none wiyumviriye gukorera abantu b’Imana ikintu kibi nk’ico+? Ivyo uvuze mwami birakwagiriza kuko utaragarukana umuhungu wawe womoye+.
13 Nya mugore aca avuga ati: «Kubera iki none wiyumviriye gukorera abantu b’Imana ikintu kibi nk’ico+? Ivyo uvuze mwami birakwagiriza kuko utaragarukana umuhungu wawe womoye+.