-
2 Samweli 14:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Twese tuzopfa ata kabuza tumere nk’amazi aseseka ntibayore. Mugabo Imana ntirondera kwica, ahubwo iguma irondera imvo zotuma uwaciwe ataguma ari igicibwa kuri yo.
-