-
2 Samweli 14:15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 Icatumye nza gushikiriza iri jambo umwami wanje, ni uko abantu banteye ubwoba. Naciye nibwira nti: “Reka nje kubibwira umwami. Hari aho yokwumva ivyo ndamusavye, akabikora.
-