-
2 Samweli 14:17Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 Nibwiye kandi nti: “Ivyo umwami wanje ambwira bize kuba ibimpumuriza.” Erega mwami wanje, umeze nk’umumarayika w’Imana y’ukuri mu bijanye no gutandukanya iciza n’ikibi. Yehova Imana yawe abane nawe.»
-