2 Samweli 14:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Umusuku wawe Yowabu yabikoze kugira ngo uhindure uko ubona ibintu. Mugabo mwami, ufise ubukerebutsi* nk’ubw’umumarayika w’Imana y’ukuri kandi ibiba mu gihugu vyose urabizi.»
20 Umusuku wawe Yowabu yabikoze kugira ngo uhindure uko ubona ibintu. Mugabo mwami, ufise ubukerebutsi* nk’ubw’umumarayika w’Imana y’ukuri kandi ibiba mu gihugu vyose urabizi.»