-
2 Samweli 14:25Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 Muri Isirayeli yose nta mugabo bahayagiza kubera ubwiza nka Abusalomu. Kuva munsi y’ikirenge gushika hejuru ku mutwe, nta kanenge wamubonako.
-