2 Samweli 14:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Buri mwaka yabwirizwa kwimosha kubera ko umushatsi wamuremera cane. Umushatsi yaba amosheje wapima shekeli 200* hisunzwe ingero y’i bwami*.
26 Buri mwaka yabwirizwa kwimosha kubera ko umushatsi wamuremera cane. Umushatsi yaba amosheje wapima shekeli 200* hisunzwe ingero y’i bwami*.