2 Samweli 14:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Amaherezo abwira abasuku biwe ati: «Murabona urya murima wa Yowabu uteyemwo sayiri* uri iruhande y’uwanje? Genda muwuturire.» Abasuku ba Abusalomu baca baja kuwuturira.
30 Amaherezo abwira abasuku biwe ati: «Murabona urya murima wa Yowabu uteyemwo sayiri* uri iruhande y’uwanje? Genda muwuturire.» Abasuku ba Abusalomu baca baja kuwuturira.