2 Samweli 14:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Abusalomu amwishura ati: «Naragutumyeko uranka kuza. Nagomba uje kumbariza umwami uti: “Naviriye iki i Geshuri+? Iyo mpfuma nigumirayo. Nkundira mbonane nawe mwami. Nimba hari icaha nakoze, uce unyica.”»
32 Abusalomu amwishura ati: «Naragutumyeko uranka kuza. Nagomba uje kumbariza umwami uti: “Naviriye iki i Geshuri+? Iyo mpfuma nigumirayo. Nkundira mbonane nawe mwami. Nimba hari icaha nakoze, uce unyica.”»