2 Samweli 15:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Haheze imyaka ine*, Abusalomu abwira umwami ati: «Nkundira nje i Heburoni+ gushitsa indagano naraganiye Yehova.
7 Haheze imyaka ine*, Abusalomu abwira umwami ati: «Nkundira nje i Heburoni+ gushitsa indagano naraganiye Yehova.