2 Samweli 15:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Kuko igihe jewe umusavyi wawe naba i Geshuri+ muri Siriya, naraganiye Yehova+ ko niyangarukana i Yeruzalemu, nzoshikanira ikimazi* Yehova.»
8 Kuko igihe jewe umusavyi wawe naba i Geshuri+ muri Siriya, naraganiye Yehova+ ko niyangarukana i Yeruzalemu, nzoshikanira ikimazi* Yehova.»