2 Samweli 15:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nuko umwami aragenda, abo mu rugo rwiwe bose baramukurikira. Mugabo asiga incoreke cumi+ ngo zitwararike ikirimba*.
16 Nuko umwami aragenda, abo mu rugo rwiwe bose baramukurikira. Mugabo asiga incoreke cumi+ ngo zitwararike ikirimba*.