2 Samweli 15:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Dawidi aca amubwira ati: «Nujabuke.» Nuko Itayi+ Umunyegati ajabuka umwonga ari kumwe n’abantu biwe bose n’imiryango yabo.
22 Dawidi aca amubwira ati: «Nujabuke.» Nuko Itayi+ Umunyegati ajabuka umwonga ari kumwe n’abantu biwe bose n’imiryango yabo.