2 Samweli 15:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Abanyagihugu bose bararira baraboroga babonye abo bantu bose bari kumwe n’umwami bariko barajabuka batumbereye inzira ija mu bugaragwa. Aho hose bajabuka umwami ahagaze iruhande y’umwonga Kidironi+.
23 Abanyagihugu bose bararira baraboroga babonye abo bantu bose bari kumwe n’umwami bariko barajabuka batumbereye inzira ija mu bugaragwa. Aho hose bajabuka umwami ahagaze iruhande y’umwonga Kidironi+.