2 Samweli 15:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Umwami yongera kubwira umuherezi Sadoki ati: «Wewe uri umuntu ahishurirwa n’Imana*+. Subira mu gisagara impore, mugende mujanye n’abahungu banyu babiri, ari bo Ahimasi umuhungu wawe na Yonatani+ umuhungu wa Abiyatari.
27 Umwami yongera kubwira umuherezi Sadoki ati: «Wewe uri umuntu ahishurirwa n’Imana*+. Subira mu gisagara impore, mugende mujanye n’abahungu banyu babiri, ari bo Ahimasi umuhungu wawe na Yonatani+ umuhungu wa Abiyatari.