2 Samweli 15:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Dawidi ashitse kw’isonga aho abantu bakunda kuja kwunamira Imana, asanga Hushayi+ Umwaruki+ yaje kumusanganira. Yari yitaburiyeko ikanzu, yisutseko n’ivu ku mutwe*.
32 Dawidi ashitse kw’isonga aho abantu bakunda kuja kwunamira Imana, asanga Hushayi+ Umwaruki+ yaje kumusanganira. Yari yitaburiyeko ikanzu, yisutseko n’ivu ku mutwe*.