2 Samweli 15:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Ariko usubiye mu gisagara womfasha cane. Wobwira Abusalomu uti: “Ndi umusuku wawe, mwami. Nahora nkorera so, ariko ubu nje kugukorera+.” Woheza rero ukamfasha kuvuruga impanuro za Ahitofeli+.
34 Ariko usubiye mu gisagara womfasha cane. Wobwira Abusalomu uti: “Ndi umusuku wawe, mwami. Nahora nkorera so, ariko ubu nje kugukorera+.” Woheza rero ukamfasha kuvuruga impanuro za Ahitofeli+.