2 Samweli 16:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Maze Abishayi mwene Zeruwiya+ abwira umwami ati: «Mwami wanje, iyo mbwa ipfuye+ yubahuka gute kukuvuma+? Ndagusavye ureke ngende ndamuce umutwe+.»
9 Maze Abishayi mwene Zeruwiya+ abwira umwami ati: «Mwami wanje, iyo mbwa ipfuye+ yubahuka gute kukuvuma+? Ndagusavye ureke ngende ndamuce umutwe+.»