2 Samweli 16:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Dawidi aca abwira Abishayi n’abasuku biwe bose ati: «Honyene umwana nivyariye ariko arondera kunyica+, hari akantu Umubenyamini+! Nimumureke amvume kuko ari Yehova yamutumye.
11 Dawidi aca abwira Abishayi n’abasuku biwe bose ati: «Honyene umwana nivyariye ariko arondera kunyica+, hari akantu Umubenyamini+! Nimumureke amvume kuko ari Yehova yamutumye.