2 Samweli 16:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Hari aho Yehova yobona amagorwa ndimwo+, Yehova agasubira kungirira neza, iyi mivumo y’uyu musi ntimfate+.»
12 Hari aho Yehova yobona amagorwa ndimwo+, Yehova agasubira kungirira neza, iyi mivumo y’uyu musi ntimfate+.»