2 Samweli 16:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Hushayi+ Umwaruki+ wa mugenzi* wa Dawidi, ashitse kwa Abusalomu, amubwira ati: «Umwami nahangame+! Umwami nahangame!» 2 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 16:16 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),3/2017, rup. 29
16 Hushayi+ Umwaruki+ wa mugenzi* wa Dawidi, ashitse kwa Abusalomu, amubwira ati: «Umwami nahangame+! Umwami nahangame!»