2 Samweli 17:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ndaheza ndamutere atiteguye. Azoba arushe, ata n’utuguvu asigaranye*+. Aca ata umutwe hanyuma abantu bose bari kumwe na we bace bahunga, maze nice umwami wenyene+.
2 Ndaheza ndamutere atiteguye. Azoba arushe, ata n’utuguvu asigaranye*+. Aca ata umutwe hanyuma abantu bose bari kumwe na we bace bahunga, maze nice umwami wenyene+.