-
2 Samweli 17:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Hushayi ashitse, Abusalomu amubwira ati: «Ahitofeli yaduhanuye uku n’uku. Wumva iyo mpanuro twoyikurikiza? Canke na ho utubwire ico twokora.»
-