2 Samweli 17:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Hushayi yongerako ati: «Urazi neza ko so n’abantu biwe ari intwari+, kandi bakaba baratse* nk’idubu yabuze ivyana vyayo mu gahinga+. Urazi kandi ko so ari umurwanyi+, rero ntaza kurarana n’abo bari kumwe.
8 Hushayi yongerako ati: «Urazi neza ko so n’abantu biwe ari intwari+, kandi bakaba baratse* nk’idubu yabuze ivyana vyayo mu gahinga+. Urazi kandi ko so ari umurwanyi+, rero ntaza kurarana n’abo bari kumwe.