2 Samweli 17:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 N’ubu nyene wosanga yinyegeje mw’isenga* canke ahandi hantu+. Kandi abaye ari we atangura kudutera, abovyumva boca bavuga ngo: “Ingabo za Abusalomu zatsinzwe.”
9 N’ubu nyene wosanga yinyegeje mw’isenga* canke ahandi hantu+. Kandi abaye ari we atangura kudutera, abovyumva boca bavuga ngo: “Ingabo za Abusalomu zatsinzwe.”