2 Samweli 17:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Yonatani+ na Ahimasi+ bari i Eni-Rogeli+ kubera ko batashaka uwubabona binjiye mu gisagara. Nuko umusukukazi umwe abashira ubwo butumwa kugira baje kubumenyesha umwami Dawidi. 2 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:17 ‘Igihugu ciza’, rup. 20-21
17 Yonatani+ na Ahimasi+ bari i Eni-Rogeli+ kubera ko batashaka uwubabona binjiye mu gisagara. Nuko umusukukazi umwe abashira ubwo butumwa kugira baje kubumenyesha umwami Dawidi.