2 Samweli 17:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ariko umusore umwe arababona, aja kubibwira Abusalomu. Yonatani na Ahimasi baca bava ng’aho ningoga, baja i Bahurimu+ ku rugo rw’umugabo umwe yari afise ikinogo c’amazi mu kigo, bacinyegezamwo.
18 Ariko umusore umwe arababona, aja kubibwira Abusalomu. Yonatani na Ahimasi baca bava ng’aho ningoga, baja i Bahurimu+ ku rugo rw’umugabo umwe yari afise ikinogo c’amazi mu kigo, bacinyegezamwo.