2 Samweli 17:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Abasuku ba Abusalomu bahashitse, babaza uwo mugore bati: «Ahimasi na Yonatani bari hehe?» Abishura ati: «Baciye ng’aha bagana ku ruzi+.» Abo basuku baja kubarondera mugabo ntibabatora, maze basubira i Yeruzalemu.
20 Abasuku ba Abusalomu bahashitse, babaza uwo mugore bati: «Ahimasi na Yonatani bari hehe?» Abishura ati: «Baciye ng’aha bagana ku ruzi+.» Abo basuku baja kubarondera mugabo ntibabatora, maze basubira i Yeruzalemu.