2 Samweli 17:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Bamaze kugenda, Yonatani na Ahimasi baca bava muri ca kinogo, baja kubwira umwami Dawidi ivyo batumwe. Bamubwira bati: «Nimunyarutse mujabuke uruzi.» Baraheza bamwiganira impanuro Ahitofeli yatanze yo kubagirira nabi+.
21 Bamaze kugenda, Yonatani na Ahimasi baca bava muri ca kinogo, baja kubwira umwami Dawidi ivyo batumwe. Bamubwira bati: «Nimunyarutse mujabuke uruzi.» Baraheza bamwiganira impanuro Ahitofeli yatanze yo kubagirira nabi+.