2 Samweli 18:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ariko Yowabu amwishura ati: «Uyu musi nta nkuru uja kumenyesha, uzoba urayimenyesha ikindi gihe. Kubera ko hapfuye umwana w’umwami, ubu si we woja kumenyesha iyo nkuru+.»
20 Ariko Yowabu amwishura ati: «Uyu musi nta nkuru uja kumenyesha, uzoba urayimenyesha ikindi gihe. Kubera ko hapfuye umwana w’umwami, ubu si we woja kumenyesha iyo nkuru+.»