2 Samweli 18:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Umwami bica biramwanka mu nda aduga mu cumba cari hejuru y’irembo, atangura kurira. Yagenda avuga ngo: «Mwananje Abusalomu, mwananje! Mwananje Abusalomu! Ese iyo aba ari je mpfa mu kibanza cawe mwananje Abusalomu, mwananje+!»
33 Umwami bica biramwanka mu nda aduga mu cumba cari hejuru y’irembo, atangura kurira. Yagenda avuga ngo: «Mwananje Abusalomu, mwananje! Mwananje Abusalomu! Ese iyo aba ari je mpfa mu kibanza cawe mwananje Abusalomu, mwananje+!»