2 Samweli 19:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Umwami yitwikira mu maso, aguma aboroga avuga ati: «Mwananje Abusalomu, Abusalomu mwananje, mwananje+!»
4 Umwami yitwikira mu maso, aguma aboroga avuga ati: «Mwananje Abusalomu, Abusalomu mwananje, mwananje+!»