-
2 Samweli 19:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Ukunda abakwanka, ukanka abagukunda. Uyu musi urerekanye neza yuko intwazangabo zawe n’abasoda bawe ata co bavuze kuri wewe. Ndazi neza ko iyo Abusalomu aba akiriho uyu musi, natwe twapfuye, vyari kuguhimbara.
-