2 Samweli 19:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Va hasi rero usohoke, uje guhumuriza* ingabo zawe. Nutabigira, ndakurahiye Yehova yuko ata muntu n’umwe aza kugumana nawe muri iri ijoro. Kandi ivyo birakubera bibi kuruta ivyago vyose vyagushikiye kuva ukiri muto gushika ubu.»
7 Va hasi rero usohoke, uje guhumuriza* ingabo zawe. Nutabigira, ndakurahiye Yehova yuko ata muntu n’umwe aza kugumana nawe muri iri ijoro. Kandi ivyo birakubera bibi kuruta ivyago vyose vyagushikiye kuva ukiri muto gushika ubu.»