2 Samweli 19:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Mu miryango yose ya Isirayeli baguma baharira bavuga bati: «Umwami yadukijije abansi bacu+, adukiza n’Abafilisitiya. None ubu yarahunze igihugu kubera Abusalomu+.
9 Mu miryango yose ya Isirayeli baguma baharira bavuga bati: «Umwami yadukijije abansi bacu+, adukiza n’Abafilisitiya. None ubu yarahunze igihugu kubera Abusalomu+.