2 Samweli 19:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Umwami afata urugendo rwo kugaruka, ashika kuri Yorodani. Abo mu muryango wa Yuda na bo baza i Gilugali+ gusanganira umwami no kumujabutsa Yorodani.
15 Umwami afata urugendo rwo kugaruka, ashika kuri Yorodani. Abo mu muryango wa Yuda na bo baza i Gilugali+ gusanganira umwami no kumujabutsa Yorodani.